Gesamtlänge aller Episoden: 123 days 6 hours 48 minutes
Mu kiganiro, “Murisanga” c’uyu musi, turavuga ku vyo umukinyi kirangiranwa w’umupira w’amaguru akina mu murwi Paris Saint-Germain, Kylian Mbappe, yatangaje icese mu ndwi irangiye ko azosezera ekipe yiwe yahora akinira igihe amasezerano yagiranye nayo azorangira muri iki gihe c’isi.
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Kugerageza kwivura, aho gukwirikiza no gukoresha imiti n’impanuro vyatanzwe na muganga, biri mu bintu vyibonekeza mu bantu bamwe bamwe, igihe bumvise amagara abakitse.. Abaganga baragabisha ko iyo nyifato ishobora gusinzikaza amagara yabo.
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Mu kiganiro Murisanga uyu musi, tugaruka ku kibazo c'umutekano mu Burundi, ugize imisi uhungabana. Ku musi wa gatanu ku mugoroba, abantu 33 barakomeretse mu gitero c’amagrenade, cabereye ku gituro c’amabisi yunguruza abantu, bava mu gisagara hagati bagiye mu makaritiye atandukanye.
Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganira n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bivufa kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima b'abantu.
Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira umutumirwa, cyangwa abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.
Ikiganiro Murisanga cya none turibanda ku bwisanzure bw’itangazamakuru. Turibanda ku Rwanda aho raporo ngarukamwaka y’umuryango mpuzamahanga w’abanyamakuru batagira imipaka – RSF ivuga ko icyo gihugu kiri mu bihugu 40 bya mbere biniga ubwisanzure bw’itangazamakuru kw’isi.