Amakuru mu Gitondo  - Voice of America

Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.

https://www.radiyoyacuvoa.com/z/2979

subscribe
share






Amakuru mu Gitondo - Mata 17, 2024


Umugwizatunga rurangiranwa Ayabatwa Tribert Rujugiro akomoka mu Rwanda yitavye Imana. Ashengeye inyuma y'imyaka myinshi yamaze aba hanze y'igihugu nk'impunzi. Uburundi bwatangaje koburi mu ngorane zidasanzwe kubera imyuzure ya Tanganyika. ONU Yaronse imiriyoni Zababa 629 zo gufashisha Etiyopiya.


fyyd: Podcast Search Engine
share








   29m