Murisanga  - Voice of America

Murisanga (1400-1500 UTC): Murisanga itumira abatumirwa kugirango baganire n'abakunzi ba Radiyo Ijwi ry'Amerika. Aha duha ijambo abantu bifuza kuganira n'abatumirwa bacu, batanga ibisobanuro ku bibazo binyuranye bireba ubuzima bw'abantu.

https://www.radiyoyacuvoa.com/z/3012

subscribe
share






Murisanga - Mata 29, 2024


Ekleziya katolika mu Burundi iherutse kunebagura Reta ko ihonyora agateka ka zina muntu. Muri Murisanga, twatumiye Musenyeri Mukuru Simon Ntamwana, yahoze arongoye Diyoseze nkuru ya Gitega akaba yarigeze no gutwara inama y'abepiskopi katolika mu Burundi. Arishura ku bibazo vyanyu bitandukanye.


fyyd: Podcast Search Engine
share








   59m