Amakuru mu Gitondo  - Voice of America

Amakuru mu Gitondo (0330-0400 UTC): Amakuru agezweho mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Ijwi ry’Amerika kandi ribagezaho n’ibiganiro birambuye ku byabaye iwanyu aho mutuye, hafi y’aho mukorera ndetse no ku mashuri yanyu.

https://www.radiyoyacuvoa.com/z/2979

subscribe
share






Amakuru mu Gitondo - Gicurasi 05, 2024


Kenya na Tanzaniya bihanganye n'igihuhusi Hidaya. Amerika na Kongo vyegetse igitero cagabwe kw’ikambi yegeranirijwemwo abateshejwe izabo mu buseruko bwa Demokarasi ya Kongo ku Rwanda no ku barwanyi ba M23. Uburusiya bwashize prezida wa Ukraine ku rutonde rw’abaronderwa n’ubutungane bw’ico gihuhugu.


fyyd: Podcast Search Engine
share








   29m