SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

Independent news and stories from SBS Audio, connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians. - Amakuru yo kwizera hamwe n’inkuru ziguha akaryo ko kumenya ivy’ubuzima muri Australie co kimwe n’umuryango ndundi uba muri Australie.

https://www.sbs.com.au/language/kirundi/rn/podcast/sbs-kirundi

subscribe
share






Refugee Week 2018 - Indwi yahariwe impunzi muri Austrariya


Sunday the 17th to Saturday the 23rd of June is Refugee Week in Australia. This week, we look at the stories of those who have settled in Australia. Ezechiel Ntirenganya, a Burundian who works with AMES Australia, an organisation that provides settlement services to newly arrived refugees and humanitarian entrants since 2005 talks about the importance of this week for Burundian refugees. - Guhera itariki 17 guhika ku wa gatandu itariki 23 Ruheshi n'indwi yahariwe impunzi muri Austrariya. Mu gihe abarundi benshi baba muri Austrariya baje biciye mu buryo bwo gufasha impunzi, muri ino ndwi tugerageza gutahura ubuzima bw' impunzi muri Austrariya. Mu kiganiro c'uno musi Ezechiel Ntirenganya asanzwe akora mw'ishirahamwe rifasha kwakira abantu bashasha ariryo AMES aradusigurira uburyo butadukanye abarundi n'abandi basanzwe bava mu mihingo itandukanye bashitse ngaha, ingene bafashwa n'ibigo bitandukanye gushika batangure kwiyumvira imigambi ibateza imbere.


fyyd: Podcast Search Engine
share








 June 21, 2018  23m