Amakuru ku Mugoroba  - Voice of America

Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.

https://www.radiyoyacuvoa.com/z/3940

Eine durchschnittliche Folge dieses Podcasts dauert 29m. Bisher sind 2089 Folge(n) erschienen. Dies ist ein täglich erscheinender Podcast.

Gesamtlänge aller Episoden: 43 days 9 hours 10 minutes

subscribe
share






Amakuru ku Mugoroba - Gicurasi 03, 2024


Isi yose irazirikana ubwisanzure bw’itangazamakuru. Mu makuru yacu turabagezaho uko ubwo bwisanzure buhagaze mu Burundi no mu Rwanda. Abantu 17 bahitanywe n’ibisasu mu nkambi y’abakuwe mu byabo ahitwa Mugunga. Kenya iritegura serwakira y’umuyaga n’imvura nyinshi bwa mbere mu mateka yayo.


share








   29m
 
 

Amakuru ku Mugoroba - Gicurasi 02, 2024


Mu Burundi, ishyirahamwe Ligue Iteka rivuga ko abantu hafi 1,500 bishwe muri iyi myaka itatu ishize. Mu Rwanda, umuhesha w’inkiko arasaba urukiko kwanga kwakira ikirego cy’umuryango wa Rwigara Assinapol kuri cyamunara y’umutungo wabo.ONU yatangaje ko imvura n’imyuzure byahitanye abantu 29 mu Burundi


share








   29m
 
 

Amakuru ku Mugoroba - Gicurasi 01, 2024


Mu Burundi, abakozi basaba kwongerwa umushahara. U Rwanda rwemeje ko rwakiriye umuntu wa mbere w’umwimukira avuye mu Bwongereza. Muri Kongo, abarwanyi ba M23 bigaruriye igisagara ca Rubaya gicukurirwamwo ubutare. Abahitanywe n’imyuzure muri Kenya bageze ku 179.


share








   29m
 
 

Amakuru ku Mugoroba - Mata 30, 2024


Umunyapolitiki Victoire Ingabire yitwariye leta y’u Rwanda muri sentare ya EAC.Ubwongereza butegekanya kurungika mu Rwanda abimukira 6,000 muri uno mwaka. Muri Republika ya Demokarasi ya Kongo, uno munsi bahimbaje umunsi wahariwe uburenganzira bwa mwarimu.


share








   29m
 
 

Amakuru ku Mugoroba - Mata 29, 2024


Muri Kongo, imvura yahitanye abantu 9 muri segiteri ya Mutambala muri Teritware ya Fizi. Imyuzure kandi yibasiye Kenya, aho ejo ku musi wa mungu yahitanye abantu bagera kuri 42 mu karere ka Mai Mahiu. ibitero vy'indege z'ingwano za Isirayeri vyahitanye abantu batari musi ya 22 mu gisagara ca Rafah.


share








   29m
 
 

Amakuru ku Mugoroba - Mata 26, 2024


Mu Burundi, Parike nkuru ya Bujumbura yagirije icese umumenyeshamakuru Sandra Muhoza ivyaha vyo “guhungabanya umutekano w’igihugu no gukwirakwiza urwanko rufatiye ku bwoko". U Rwanda, rwatangaje ko ruzokwakira abimukira bose Ubwongereza buzorungika. Burkina Faso yahagaritse Ijwi ry'Amerika na BBC.


share








   29m
 
 

Amakuru ku Mugoroba - Mata 25, 2024


Rwanda: Habuze abasura umutongo wo kwa Rwigara ugomba gutezwa cyamunara. Perezida Macron w’Ubufaransa yavuze ko gahunda y’Ubwongereza yo kohereza abimukira mu Rwanda nta kamaro ifite. Minisitiri w’ububanyi n’amahanga w’Amerika yongeye gushimangira akamaro k’ubufatanye hagati y’Amerika n'Ubushinwa


share








   29m
 
 

Amakuru ku Mugoroba - Mata 24, 2024


Amakuru ku Mugoroba (1730-1800 UTC): Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi. Aha tubaha n’ubusesenguzi ndetse n’ibisobanuro byihariye ku makuru agezweho.


share








   29m
 
 

Amakuru ku Mugoroba - Mata 23, 2024


Abategetsi 2 ba LONI batanze impuruza ku ngaruka mbi bavuga ko umushinga w’itegeko ryo kohereza abimukira mu Rwanda uzagira. Minisitiri w’intebe w’Ubwongereza azohereza mu Rwanda abimukira ba mbere mu minsi itarenze ibyumweru 12. Ubwongereza n’Ubudage barasaba Hamas kurekura ingwate igifite.


share








   29m
 
 

Amakuru ku Mugoroba - Mata 22, 2024


Mu Rwanda, hari bacunga gereza baba bafunzwe. Imiryango ya bamwe muri bo irabatabariza. Mu Burundi abarobyi baroba mu kiyaga cya Tanganyika bavuga ko umusaruro w'amafi wagabanutse. Urubanza rw’uwahoze ari perezida wa Leta zunze ubumwe z’Amerika Donald Trump rwatangiye kuburanishwa mu mizi


share








   29m