Gesamtlänge aller Episoden: 3 days 8 hours 56 minutes
The Australian government offers different types of loans to assist university students with their fees. - Hari ubwoko butandukanye bw'ingurane ushobora gusaba kugira urihe amashure ya kaminuza muri Austrariya. Mu kiganiro c’uno musi turaba uburyo butandukanye bwo gusaba ingurane kubifuza kubandanya amashure yisumbuye...
How to get a loan when you’re new to Australia. - Ibintu bisabwa kugira ushobore gusaba ingurane muri Austrariya.
Indigenous Australians are people of Aboriginal and Torres Strait Islander descent and together they form three per cent of the national population. They are Australia’s First People, and yet most of us say we know very little about them. - Indwi yitiriwe NAIDOC (8-15 Mukakaro) n’indwi yahariwe abasangwabutaka aribo bantu ba mbere bo muri Austrariya.
July 1st 2018 is the 56th celebration of Burundi Independence. - Itariki 1 Mukakaro ni umusi Abarundi bahimbaza umusi udasanzwe w’ukwikukira. Abarundi baba mu ntara ya Victoria mu gisagara ca Melbourne hamwe nababa muri Shepparton na Wagga Wagga muri Austrariya bakaba baroye hamwe aho bahimbariza ibirori vy’ukwikukira kw’abarundi ahitwa Multicultural hub...
Migrants communities and non-English speakers are far less likely to access mental health services than those who were born in Australia. If you feel like you could have mental health issues and need support, there are many ways to get professional help.] - Abantu batavukiye muri Austrariya bashobora kutamenya ingene bofashwa mu gihe bagize ingwara zo mu mutwe gusumba abantu bavukiye muri Austrariya...
Fablice Manirakiza reflects on his journey as a refugee coming from a Tanzanian refugee camp and starting a new life in Melbourne, Australia. From being an orphan at a young age and kidnapped to be a child soldier to winning a 2016 Victoria Young Achiever Award. - Fablice Manirakiza, aratubwira ubuzima yaciyemwo kuva abaye mw’ikambi y'impunzi muri Tanzaniya gushika aze kuba mu gisagara ca Melbourne muri Austrariya...
Sunday the 17th to Saturday the 23rd of June is Refugee Week in Australia. This week, we look at the stories of those who have settled in Australia. Ezechiel Ntirenganya, a Burundian who works with AMES Australia, an organisation that provides settlement services to newly arrived refugees and humanitarian entrants since 2005 talks about the importance of this week for Burundian refugees. - Guhera itariki 17 guhika ku wa gatandu itariki 23 Ruheshi n'indwi yahariwe impunzi muri Austrariya...
Emma Martine Ndenzako, 32, a Burundian who works with the ANZ Bank in Sydney shares some tips that can help boost your job search in Australia. - Emma Martine Ndenzako, 32, akora muri serivisi y’ubutunzi muri banki ya ANZ i Sydney, aratubwira bimwe mu bishobora gufasha urwaruka rw’abarundi biphuza kurondera akazi muri Austrariya.
Before you start working in Australia, you need to get a Tax File Number. - Umuntu akiri mushasha muri Austrariya hariho ibintu ategerezwa kwihutira kurondera mu gihe yiphuza gukora canke kuriha ikori. Inomero igufasha kuriha ikori, ni inomero ikuranga ikongera igashira hamwe umushahara uhembwa, amahera reta ikubikira hamwe n’amahera y’ikori.
« La petite communauté Burundaise d’Australie, de Melbourne en particulier, a explosé de joie lorsqu’elle a appris qu’elle allait enfin pouvoir s’informer dans sa langue maternelle. »
-« La petite communauté Burundaise d’Australie, de Melbourne en particulier, a explosé de joie lorsqu’elle a appris qu’elle allait enfin pouvoir s’informer dans sa langue maternelle. »